Description
Imiryango mw’Ibango gifise vyinshi kivugako – atari ishingano gusa zo mwibango,
ishengero, mikibano gusa ariko kandi no kurera abana hamwe no guteza imbere “ubuzima
bw/umuryango”? Iki gitabo kirihweza tumwe tumwe mu turere tudasanzwe imiryango ikora
‘mwibango itegerezwa guhangana natwo, kikanatanga ivyokorwa kubijanye n’ikiganiro
Cabubukanye, ibikorwa vyo guhuriza hamwe n‘uburyo bushoboka bwo gushira mu ngiro zino
‘ngingo muhira mu muryango wanyu. Intahe z’umwihariko zirenga mirongw ibiri n‘indwi
Zimiryango iri kwisi yose zo gutera intege no gutanga akarorero keza kugira umuryango
ubeho uguwe neza ata bwoba mu gikorwa cibango!
Kino gitabo categuwe kandi kugira ngo gikoreshwe nk’igitabo cinyigisho ku mirwi
yabavyeyi, gutera intege imirwi yikiyago no kwigira hamwe mu vyo umwe wese yabayemwo.
Igihe ishiraharwe rukristu Urwaruka rufise Umuhamagaro ryatangura (YWAM), imwe mu ngingo
zine ndangagaciro zacu yerekeye agaciro Kumuryango. “YWAM iremeza ko ari kirumara ko
imiryango ikorera imana hamwe mu muhamagaro ntabe ari umushingantahe canke umukenyezi
usa. Turahamagarira cane ko habaho ubumwe no kugubwa neza mu muryango, uwugize
‘umuryango wese agaterera mu muhamagaro abicishije mu ngabire ziwe, mu budasa bwiwe no mu
gushigikirana”.
Iki gitabu kirashigikira iyo ndangagaciro mu buryo busobanutse neza. Uzosangamwo intahe
Zimiryango myinshi itandukanye mu muhamagaro wacu hamwe niuturorero wokoresha mu
kwubaka umuryango wawe. Andreas na Angela Frész bafise kahise gakomeye muri YWAM bawamiye
ivyamwa vyiza bikiriho n’ubu. Iki gitabu ni ubutunzi bukomeye KUmuryango mwibango.
Darlene Cunningham, umwe mu bashinze YWAM
“angela na Andreas baduhaye igitabo caje mu mwanya wo, giciye bugufi, gishobora gushirwa mu
ingiro, kandi kiryoshe gusoma. Imiryango iri mw/ibango uyu musi irakeneye ubu bwoko bwimpanuro
zivuye ku bantu bamaze “kugendera mu vyo bavuga”! Ndabatumirira cane kugisoma.”
Jeff na Romkje Fountain
“Naragiriwe ibakwe ryo gukorana hafina hafi na Angela na Andreas kuva mu mwaka wa 1990. Bo
‘nfabana babo babiri baradufashije twe r’’umukenyezi wanje gukorera mwishure rya YWAM
rylmiryango mwibango ryimyaka itatu muri Amerika. Ndamaze Kuba mu nzu yabo incuro nyinshi
kuva ico gihe maze jewe ubwanje nkihweza ingene babayeho izi ngingo zivugwa muri iki gitabo
cuzuye ivyiyumviro bishora gushirwa mu ngiro. Ndashobora gushinga intahe ko ukuri gusangiwe
hhano ari kuzima kandi ko ari kwo kuri babayemwo muhira iwabo. Namba mwarahamagawe
gukorera Uhoraho nktumuryango maze mukaba murengewe n’uburemere riibisabwa vyibango, iki
gitabo kiriho kubwanyu. Namwe, mwoshobora gutsimbatara atari ukubaho gusa.”
Larry Ballard, uwahoze arongoye YWAM Family Ministries International
‘Angela na Andreas Frész bubatse rukristu kuva mu mwaka wa 1980, bafise abana babiri (2)
bubatse izabo, n’abuzukuru umunani (8). Kuko baciye mu ngorane mu rugo rwabo, bifuje guha
imiryango imfashanyo nabo bakiriye muri ico gihe, nuko baciye bigishwa mu gisata cimiryango
‘mwvibango. Kuva mu 1987, Angela na Andreas ni abakozi bishirahamwe “Urwaruka rufise
Umuhamagaro” mu congereza Youth With Mission (YWAM),
Ishirahamwe muzamakungu, Rukristo ryimbono
mpuzamadini. Inyuma yisenyuka ryurukuta rwi Berlin mu
1989, bo, hamwe n’umurwi wabantu, barashinze bongera
bateza imbere ikigo ca YWAM ci Hainichen, mu Budagi, mu
gushira inguvu cane kwibango ryimiryango n’urwaruka. Kuva
muri 2009-2019 nibo bari barongoye YWAM mu gice cayo ca
Family in Ministries international. Basanzwe bahora bigisha
muri Kaminuza yAmahanga/ University of Nations (UofN).